Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
Umukuru W-igihugu Petero Nkurunziza Yamenyesheje Ko Hagiye Kurekurwa Abapfungiwe Ivya Politike Bagera Ku 2000.Inyuma Y-umubonano Na Ban Ki Moon,abo Bategetsi Bompi Batanze Ikiganiro Ku Bamenyeshamakuru.Umukuru W-igihugu Yamenyesheje Ko Abapfungiwe Ivya Politike 2000 Bagiye Kurekurwa Kandi Hategurwe Ibiganiro Bidakumira.Yamenyesheko Kandi Ko Bagiye Kwitaho Gukingira Abanyagihugu No Kugwanya Imigwi Y-iterabwoba.Ban Ki Moon Yamenyesheje Ko Yanezerejwe N-ingingo Zafashwe N-umukuru W-igihugu Kandi Ko Gufuta Imitahe Mpuzamakungu Ari Ikimenyetso Ciza C-uko Umukuru W-igihu Yipfuza Gutora Umuti W-ibibazo Uburundi Burimwo..Tubamenyeshe Kandi Ko Petero Nkurunziza Yamenyesheje Ban Ki Moon Ko Urwanda Rubaniye Nabi Uburundi,aca Amusaba Ko ONU Yorukebura.
Criminal Paul Kagame