Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
March 14, 2016 at 5:22 pm
#1495
ABANYESHURE BAMWE BAGIYE GUHEBA KWIGA KAMINUZA!!
Mugihe abanyeshure benshi babakene basanzwe bazera ubwenge bwabo kwaribwo bugiye kubakiza ,ndetse bukashobora kubageza kundoto zabo! ARIKO ubu siko bimeze kuko ubu wanyarucari asanzwe yiga kaminuza akoresheje ubwenge bwiwe AGIYE kwicara muhira! ibintu bibandanije nkuko biri, Ni irihe tandukaniro hagati yogutora ikibazo ca reta nokutagitora??? Nakahe kajambo wobwira abanyeshure BAGIYE guheba amashure kubera ubukene?
Criminal Paul Kagame