Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#1498

NKURUNZIZA PETERO BAMWE BAMWITA GATINYASHENGERO,ABANDI NABO NGO NIKABIGIRA KABIZI !WEHO?
Inama yabakuru bibihugu vy’akarere ka Afrika y’ubuseruko yabaye uyu musi ,aho Umukuru wigihugu ca Tanzania John Magufuri ariwe agiye kurongora iryo shirahamwe RYA EAC! John Magufuri akaba atwaye umwanya wa Perezida wu Burundi Petero Nkurunziza kubera ko uwo mukuru wigihugu Cu Burundi asigaye ari Gatinyashengero kuko atakiboneka mubandi bagabo bafise amabanga y’Ubukuru bwigihugu vyabo! NKURUNZIZA akaba aheruka indege igihe haba kumukura kubutegetsi kunguvu kuwa 13 Rusama umwaka uheze ariko bikaburizwamwo!
Nkurunziza AKABA asigaye yitwa GATINYASHENGERO ,ariko abandi bakabona ko ari Kabigira KABIZI karya imboga karitse! Mwabo babiri ninde avuga vyo?

Criminal Paul Kagame