Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#1503

Petero Buyoya(co Kimwe Na Bamwe Mu Banyepolitike) Ntashaka CVR Kuko Yiyagiriza Ubwicanyi N-ihonyabwoko Ntega- Marangara. Agace K-itangazo:[…]ayandi Magorwa Tutokwibagira Ni Igihe Abenegihugu Bo Mu Makomine Ya Ntega Na Marangara Bagandagurwa Mu 1988.Inyuma Yaho Ibimenyeshamakuru Vyagenda Mu Gihugu Cose Kubaza Abacitse Kw-icumu Mu 1972-73 Bahejeje Amashure Y-intango.Petero Buyoya Yateguye Ihonyabwoko,iyo Hataba Abakunda Igihugu Baba Hanze Ryari Kuba Nk-iryabaye 1972-73.Ubugira Kandi, Petero Buyoya N-abasirikare Yakoresheje Barazi Ibinogo Bahamvemwo Abenegihugu.Ehe Nimurabe Ingene 2015 Uwo Buyoya Yagiriza Umugambwe CNDD-FDD Na Reta Iwukomokako Mu Gihe Ihonyabwoko Riri Mu Maraso Yiwe,ikivyemeza Ni Ihonyabwoko Ntega-Marangara No Mu Bindi Bihe.None Mwumva Yokwemera CVR Gute Mu Gihe Azi Ko Azotegerezwa Kuvuga Ivyo Yakoze?

Criminal Paul Kagame