Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#1721

Paul kagame vision for RwandaNiba uziko imana yagukuye kucavu uribuka kuyikorera?kandi ntiwibagire gufasha umugogwa muvyo ushoboye kuko uzoba uguranye imana.kuko niyo itungisha kandi niyo ikenesha niyo igukura kucavu.akagushira hejuru.wewe utunze wibaza karukurondera cane? Wewe ukenye cane wibaza kwarivyaha vyishi wakoze?wibaza iki?shimira imana uko uri kose bishimire imana.ntibikubuze kuyishimira.uwuriho arasumba uwapfuye.

Criminal Paul Kagame