Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#1727

Uwaduhaye IFOTO y’Ubutumire bw’umugambwe wa CNDD-FDD asanzwe avuka muntara ya CANKUZO ari mubihe bigoye ashobora nukugirigwa nabi.kuko Uwurongoye Cndd-fdd muntara ya Bujije uwahawe ubutumire wese kutarenga urubibe rwacankuzo akaba yahamagaje inama yabahawe ubutumire bose aho izokorana ejo satatu 3.kugira basigure neza ingene bamenye ibanga uwo rero bikeka akaba ariko araronderwa cane.bakaba bategetswe kw’itaba inama bazananye nubutumire bwabo.”Mana ufashe uyo muntu ari mubihe bigoye”

Criminal Paul Kagame