Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#1728

Intumwa Idasanzwe Ya Reta Zunze Ubumwe Za Amerika Mu Karere K- ibiyaga Binini Tom Perlilo Yarahaye Umubonano I Bruxelles Bamwe Mu Bagize Urunani CNARED-Giriteka Ku Musi W-ejo.Uwo Mu Bonano Hagati Y- uwuserukira Reta Zunze Ubumwe Za Amerika N- abaserukira Urunani CNARED Uje Wiyongera Ku Wundi Aho Intumwa Z-urwo Runani Nyene Zari Abatumire Mu Buserukizi Bw- ubumwe Bwa Buraya Zirongowe Na Anicet NIYONKURU. Ikindi Mwomenya kubijanye n’Uburundi n’uko Reta y’uburundi yamenyeshejwe ko Abapolisi bose bari mugihugu ca Centre Afrika kugarukana amahoro murico gihugu bagiye gutahukanwa vuba nkuko Itangazo ryahawe Reta y’iburundi ribimenyesha ati kandi ntakubasubiriza ivyo biriko mugihe Reta y’iburundi yarimaze iminsi ivuga ko Batarimenyeshwa biciye kumushikiranganji ajejwe Imigenderanire nayandi makungu Alain NYAMITWE,ati bifise inzira bicamwo iyo nayo yaraye ibonetse mukubaha ikete ribibamenyesha.ivyo biruko mugihe abo bapolisi baheraniw imishahara yabo myinshi.Mumakuru yohanyuma tuzobabwira ico abobapolisi babivugako.

Criminal Paul Kagame