Paul Kagame News Forums Autocratic Leadership Rwandan Army Trained in Best Military Academies Reply To: Rwandan Army Trained in Best Military Academies

#26992

Le 5/8/2016 Inama Idasanzwe Ya Etat Major Yumuhari Wiyemeje Gukura ‪Nkurunziza‬ Ukoresheje Umuheto ‪‎FOREBU‬ Yakoranijwe Numukuru Wa Etat Major ‪Eduard_Nshimirimana‬ Intumbero Nyamukuru Nurugamba Gwo Kwibohoza

2 Abantu Cumi Nababiri 12 Nibo Bishwe Bakuwe Mwiperereza Bahambwa Mukinogo Kimwe Muri ‪Ngozi‬ Muvyegwa Imbwa Zirabazura Kuko Zaguma Zibarya Munyuma Ababishe Bakora Muri Reta Ya Nkurunziza Babonye Ko Vyamenyekanye Baca Barabazura Babaturiza Igitoro

3 Ngo Nkurunziza Afise Inzira Imwe Gusa Yo Kwanka Ko Mu Burundi Haza Inteko Mvamakungu Ngo Iyonzira Nayo Siyindi Ngo Nukuvugira Kumugaragaro Ko Uburundi Buvuye Muri ‪‎ONU‬ Ivyo Bikaba Bishikirizwa Na ‪Sylvestre_Ntibantunganya‬

4 Inama Idasanzwe Ya EAC Kukibazo Cu Burundi Izokorana Igenekerezo Rya 19/8/2016 Muri Tanzanie Dar Salam

5 Umumenyeshamakuru ‪‎Jean_Yohani‬ Bivugwa Ko Aza Yaramaze Kugandagugwa Niperereza

Aya Nayandi Ni Mumakuru Yacu Yo Hanyuma Ukunda Amakuru Tubashikiriza Ushaka Ko Mbandanya Gira J’aime Okey?Murakoze

Criminal Paul Kagame