Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
August 10, 2016 at 4:47 pm
#27009
takintu kiryoshe nko gukwirikira umuntu canke ikintu gitsinda. Ntakiryoshe nkokuba ushigikiye Vital’o maze mugatahukana igikombe. Nico kimwe n’abankunzi ba Manchester United ninko gushigikira #trump kabisa ni win win win. Ninko gushigikira CNDD-FDD ni winer gusa. Ntakibabaje nko kwirukanga inyuma ya CENARED, RANC, IKIBIRI, FOREBU n ibindi bihwara muzi. Icanyuma kibabaje kandi giteye agahinda ni gukurikira umutware atagira inguvu maze bakabahondera hamwe. Cfr Niyombare, ciriro, nizindi ngandasisi muzi. Ibaze nkuwurinyuma y ‘umukehabwenge Imbono karisima. Hahahaha tuzobamesa. Uwukubita ibikara …. Heraheza nimba wantahuye.
Criminal Paul Kagame