Paul Kagame News › Forums › Rwanda and Burundi Voices › Burundi Hope › Reply To: Burundi Hope
Mwiriwe Amahoro Canke Mwaramutse Bivanye Naho Muherereye Turahojeje Imiryango Igowe Kubera Ubutegetsi Bubi Bwumwicanyi Nkuru Yica Uwashaka Bira Babaje Ukuntu Ariko Yicisha Inzara Abarundi Batandukanye Baba Imihingo Yose Canecane Ababa BUJUMAURA Ahoya Fashe Ingingo Kwata bifungurwa Vyorenga Ntahangwa Bije Ngagara Cibitoke Mutakura Carama Kamenge Kinama Nahandi Canke Bive Ruguru Bimanuke Aho Yitwaza Ko Abirya ABARWANYI Ariko Turahojeje Imiryango Igowe Kogutabarwa Atari Kera Turashimye Ingene Imyiteguro Twetwafashe Umuheto Intambwe Tugezeko Aho Uburundi Bugiye Gutabarwa Ndasavye Abarundi Bumutima KWANDIKA UWOWESE ATOTEZA KIREMWA MUNTU YITWAJE ICARI COSE MUBI GIRE MWIBANGA CANECANE ABABIKORA NIMBONERAKURE ABA POLUCE ABOMWIGENDEREZA NABANDI MUBANDIKE MWIBANGA VUBA BAZOHANWA Turasavye Imba Bazi Umwanya Nimuke Ntamakuru Tukibaha Tuboneyeho Gukebura Abarundi Bari Ahantu Hatandukanye KOBOKORESHA IVYOBASHOBOYE BAREKE KWIZERA KOBAZOTABARWA NA MAKUNGU MWIBUKE IVYABAYE MU RWANDA KWAMAKUNGU YARORERA BIBWIRWABESH.
Criminal Paul Kagame