Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#27121

Umukobwa yabajij uhungu bakunda ati: chr urankunda? Umungu ati: yes chou, umukobw ati: gute unkunda? Umuhung ati: chou kurya simcard na phone bikora kimw kiri mukindi,umukobw ati:gut chr? Umuhungu ati: jw ndi simcard naw uri phone???umukobw yiyumvir mu mutima wiw ati: ikikigogi kitazi ko ndi pfone yi nshinwa ijamwo simcard 3??? umuhung naw yiyumvir mu mutima wiw ati: dore iki kigugu kitazi ko simcard yinjira muri phone zose ??? raba ukuntu basigay bakundana ikigihe????

Criminal Paul Kagame