Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#27136

Umukuru w’umugambwe ‪#‎frodebu_nyakuri‬ n’‪#‎urunani_CNARED_Giriteka‬ numunyamabanga nshingwabikorwa wuwo mugambwe bakorewe irementanya ryo gukurwa muburongozi bwuwo mugambwe kuruyu wa mungu.

Dr_Jean_Minani ngo yasubiriwe na ‪‎NIBIZI_Kefa‬
‪Issa_NGENDAKUMANA‬ nawe asubirirwa ngo na ‪#‎David_Niyoncungu‬.

NIBIZI_Kefa twese dusanzwe tuzi ko ari umupolisi wa nkurunziza ‪comissaire regional_de l_anti corruption‬

David_Niyoncungu yahora ari ‪‎umuplanto_muri_BRB‬.

‪Dr‬ Jean MINANI yatanguje uyu mugambwe muri 2008 inyuma yo kuvana na ‪‎sahwanya_frodebu‬ irongowe na nyakwubahwa Leonce Ngendakumana Yakuwe N-abanywanyi Biwe Ku Burongozi Bw-umugambwe FRODEBU Nyakuri Iragi Rya Ndadaye none ngo uyu musi habaye ‪congrès Géneral‬ yuwo Mugambwe Yatumweko na uwiyita David NIYONCUNGU Umunyamabanga Ajejwe Ivy-akarangamutima,ngo baca bafata Ingingo Yo kubakombora. Dr Jean Minani Yagirizwa nabo baDD biyita abaFRODEBU ngo yagiye Mu Runani CNARED- Giriteka ngo yongera yifadikanya N-abagerageje Gutembagaza Ubutegetsi N-imigwi Irwana Atabanje Kubaza Abanywanyi Biwe.none ngo Dr Jean Minani Asigaranye Amahigwe Make Yo Kwitaba Ibiganiro Vy-i Arusha Kuwa 21 Rusama 2016 Mu Gihe Urunani CNARED- Giriteka Rutotumirwa Kw-izina Ryarwo.

 

Criminal Paul Kagame