Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices ABACUNGUZI BA FDLR/FOCA Reply To: ABACUNGUZI BA FDLR/FOCA

#27194

Kubakunzi ba démocratie nacanecane
Abagumyabanga
Abakenyererarugamba
Imbonerakure
Umwakugiyekurangira neza na neza
Abarundi tweretse basesankuyozekotwabahinyuye
Aho nyen’icubahiro umukuruw’igihugu cacu
Agiyegukwiz’umwaka
Arongoy’uburundi muri mandat igira kabiri yitorewe natwebw’abenegihugu
Ivyonavyo
Bimwe mubihugu vyiyitango nivyarutura bikaba bitipfuza nabuhorobuhoro konyenicubahiro asubira kurongor’uburundi
Ahobashaka koturongorwa nabasomambikebabo bamwetwita bampemukendamuke kugirabikunde
Abarundi basubire mundyane twaritwarasezereye
Ariko
Imana yaratugiy’imbere nyen’icubahiro umukuruw’igihugu
Nawe atujimbere
Abigir’ibihangange Turabahanga
Gutyo Agatekagasubirahokahora nacanecane
K’umugambwe cndd fdd wahavuy’utahukan’intsinzi
S .E
Akaguma kungoma
Muribuka bavugango
Cndd fdd ngontihirahire ngwitange Muhuza nk’umu candidat
Iyo
Abagumyabanga ntivyadukanze
Kukoyabirekurirwa n’amategeko
Ntacabujije koyemezwa ijana kwijana
Bacabiherez’amabarabara emama ngoniza mandat ngontamatorazoba
Coup d’État
Ibaban’amazi
Amatora
Acabakumugaragaro
Mumahoron’umutekano
Munyumango ntazoturahirana
Acarahira abarundi n’amakungu bakoranye
Munyumango bamuhay’ukwezikumwe ngobazoba bamugandaguye
Ivyipfuzovyabobibi
Imanayarabiturinze
Tukabatugiye kurangiz’umwaka igihugu kiyobowe n’ababenegihugu twitoreye kandi twiyumvamwo
Uwutambananamukeba ntakubit’urugohe
Mugiz’imisimwumvabaririmba génocide ubunicokirwanisho bitwaje
Kukwibindivyose vyabahinyukanye
Tamara niyo génocide yabobaharaye
Ntayizopfibaye kuko mubutandukanebwa cudufatanyemunda abahutu
Abatutsi n’abatwa
Bose baraserukiwe munzegozose z’igihugu zifat’ingingo
Abenegihugu turemerero
Tugume dufatanyemunda .
Mukubandanya dushigikir’intwarorusangi
Dutegerezwa kwongera bimwebiboneka
Mukwitanga mubikorwa vy’iterambere
Mugutangamakuru hakirikare mugihehar’ikidutey’amakenga
Kunazegoz’umutekano
Cankabobose babifitiy’uburenganzira
Kugir’umwasi ntaducemuryahumye
Gutyo nk’abagumyabanga tubandanye twitegurir’amatora y’a 2020
Kukwatakindi kizotum’abenegihugu bahund’amajwi Cndd Fdd
Atariter’ambere
Umutekano
Tuzoba twerekanye muriyi mandat yakabiri ya S.E
Kukwataniyindinzir’abarund’isinzi bahisemwo
Mugushikir’ubutegetsi
Bakabariblbitorera babanje kuraba
Icowabamariye
Intangoninziza
Ariko ntitwibagireko har’akarwi kabarundi gakorana nabamwe mubanyamahanga
Kuv’uburundi bwikukira baterekw’icitw’amatora
Abeshimwarababonye
Abandimwarabumvise
Mwibibiheduhitiyemwo
Ibuyeriserutsentiryic’isuka
Icontababwiye
Umutim’ubambaririre
Gusa ntihagir’uwuzosubirakurwa mumutegowabo
Nkukobamwe basigaye baricuza ngw’iyomenya mumwaka wa 2015 bakwirikiy’ubwije
Nububapfuye bangara
Iman’ibandanyihez’agir’uburundi
Iburinde kuko
Twayihay’ikibanza cambere

Criminal Paul Kagame