Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#27204

ISABUKURU NZIZA MUTAMA . UBURUNDI BWACU BUKENEYE INDONGOZI NKA S E PAPA BURUNDI. NTAYUGUMBWA. NTATINYA IMIRAVYO N’IMITURAGARO .NTAKANGWA AKARIMI BAVUGA AKORA , BAFURUGUTA AKAJA KUMAVI AGASENGA ANINAHAZA IMANA MUGISHINGWE C’ABARUNDI. NGO BAKUBITE KU D’ETAT INZOGA BANYWA BIRENZA BACA BARABORERWA . BUKEYE BIKANGUYE BASANGA MUHAGARARANYE .RAMBA RAMBA UFISE UMUTIMA NK’IMPFIZI IKURUSHA KURISHA NAWE UKAYIRUSHA KURINDA.

Criminal Paul Kagame