Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#27238

Ndasubiramwo.kandi ndasavyeko Leta yoza irumvira twebwe abenegihugu.ko hari abantu bakurikiranwa nubutungane .bakaba baranse kurenguka imbere yubutungane.ikintu reta irakora kugira itwerekeko koko abo bantu batidegemvya nigiki????iyo sentare ikurengukishije ukanka kwitaba icambere gikorwa.babanza kuguhagarikira imirimo yawe wahora urangura.Inyuma yivyo Bagahagarika imitungo yawe aho iri hose haba mugihugu canke inyuma yaco.Hari abirirwa baradusabira ibihano mumukungu.Natwe dusavye Leta keizina Ryabenegihugu ko bobafatira ibihano .ingere kuyindi:Dusavye ibi bikurikira::::Ntanyubakwa nimwe yabo bantu irekuriwe gukora imirimo iyariyo yose yotuma binjiza amafaranga.nimuzidhiremwo abo bana bariko barashira mwibarabara nabo bana bagize impfuvyi.nimuzishiremwo abo bapfakazi .kuko nibo batumye baja murubwo buzima.sinumva ingene umuntu nka buyoya ,Domisiyano,Ntibantunganya.amazu yabo yogima akoteshejwe nabo bariko bafusabira ibihano.sinumva uko Minani nabandi ama Hotel yabo yoguma yuguruye .Kwizina ryabene gihugu turasavye Ababijejwe kubikora .babishire mungiro vuba na bwango.Kuko kudakubita imbwa vyorora imisega.Nubwacu kandi kizoguma aricacu

Criminal Paul Kagame