Paul Kagame News Forums Autocratic Leadership Why Joseph Rwagatare is the Biggest Idiot in Africa Reply To: Why Joseph Rwagatare is the Biggest Idiot in Africa

#27259

Umushikiranganji W’ Ubudandaji Turamusavye Afate Ingingo Zose Zishoboka Amabati Amanuke Igiciro Kuko Mukwezi Guheze Ibati Ryagurwa 11500. Non’ubu Ibati Rigurwa 16000. Igitoro Coco Nibara Kuko Nokwiyunguruza Benshi Babihevye. Kare Nateramiye Ahantu Haba Zamujeri Zariko Ziyaga Zivugako Zakomesheje Leta Kubera Ibiciro Vy’amabati N’igitoro. Tumaze Kuvyihweza Twasanze Arumukenyuro Mujeri Zatoye Woguteranya Leta N ‘ Abenegihugu. Leta Nigire Icikoze Ubu Mumaguru Masha.

Criminal Paul Kagame