Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#27322

Itangazo No 34/2016 Rya Groupe INTWARI Za CNDD FDD On Line.Groupe INTWARI Za CNDD FDD Ibanje Gushimira Imana Mushoboravyose Yoyo Iturinda Ijoro N’umurango.Groupe INTWARI Za CNDD FDD Irateye Ivyatsi Gitero Cakorewe Intwari Umwubahwa WILLY NYAMITWE ,GROUPE Ikaba Imwipfurije Kurwara Akira Ikamutera N’intege Kubikorwa Vyo Kwitangira Igihugu Adasiba Kwerekana Niyirambire Imana Imurinde Abansi. Groupe Ikaba Kandi Isabiye Ku Mana Iruhukiro Ryiza Uwamucungerera Ubuzima Bagendanye Cane Yasize Ubuzima Muri Ico Gitero .Groupe Irahojeje Umuryango Wabuze N’igihugu Cibarutse INTWARI GASONGO Yitanze Kugeza Kumunota Wanyuma Wo Kubaho Imana Imwakire. Groupe Isavye Ko Ubutungane Bwohana Bimwe Vy’akarorero Abo Bose Bagirwa N’ivyaha Vyo Guhekura N’ Uguhemukira Uburundi.Groupe Isavye Reta Ko Yosubiramwo Imigenderanire Y !Uburundi N’ibihugu Bibitse Inkozi Z’ikibi.IMANA IRINDE UBURUNDI N’ABARUNDI. Bigiriwe Ibujumbura Ku wa 1/12/2016 Urwego Nshingwantwaro Rwa Groupe INTWARI Za CNDD FDD On Line S .A MNIRA MPUNDU

Criminal Paul Kagame