Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices Burundi Hope Reply To: Burundi Hope

#27334

Iryavuzwe riratashe.uwufise amazinda nahere kuko inkona yaratsimbataye.Mose Wa kabiri, Dawidi Wa kabiri mukiganiro yahaye abamenyeshamakuru nabenegihugu icanezereye nikimwe muri vyose naco nuko yatwemereye ko azokwama agamburukira twebwe abenegihugu no mugihe ibwirizwa shingiro ryohinduka ko icotuzomutegeka arico azokora.

Kubwivyo Mujeri,sindumuja wabarundi ndumuja wababirigi,mbwejeri,mukoma,muguta,ntozo mwimbe mwigera muriyizi kuko tuzomwongera izindi mandat kugeza yitahiye amahoro kwa se.

Uwutukana canke ngavuge nabi azoba ari mujeri ,mbwejeri sindumuja…. . .

Ni harambe Mukorumbone ,Mubambangwe SE Pierre NKURUNZIZA

Criminal Paul Kagame