ABACUNGUZI BA FDLR/FOCA

Paul Kagame News Forums Rwanda and Burundi Voices ABACUNGUZI BA FDLR/FOCA

Tagged: , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , ,

Viewing 10 posts - 11 through 20 (of 63 total)
  • Author
    Posts
  • #1690

    Naho Isi nijuru vyofatana, ntaho tuzigera dushira hasi ngo tureke Igihugu twatoye kitugoye kigende uko uretse ko bitonakunda.
    Abo bahungu n’abakobwa bi burayi na america ngo bafashe Sinduhije ari Zaventeim atagira visa ya espace schengen, ahandi naho ngo ba Bunyoni, ba Kazungu ngo bafatiwe ibihano. Rero mama ubuho bongeyeko na Marius kandi amatwi adusumira ngo n’abandi bazojako, abo, bose bagahorwa ko bafashije gukinga ngo Uburundi ntiburwe mu maboko ya ba sindumuja-mujeri ariko bobo babagiriza ngo batumye Igihugu kidatekana maze uwobumva atabazi yokwibaza ko aribo ari Abarundi natwe tukaba abo mu burayi na america.
    I wabo nta musi wijana ata muntu apfuye arashwe ariko ntawuja kubabaza ati nibiki nibiki, twebwe baraza bakadutwara abacu maze bakadutanga kwitwara ngo twishe mwenewacu kanadribo bamudutwaye maze umutekano wacungwa neza bakabura aho baca ngo bice uwo bashaka bati ibihano birafashwe, ahandi naho ngo badufashe kugira amatohoza y’abapfuye ngo baduhe abahinga kabuhariwe badasobwa mu kumenya uwasheshe amaraso, ariko i wabo Presida Kennedy yarapfuye kera gushika n’ubu nta wuramenya ngo yishwe nande ariko abahinga ni benshi nabo barungika mu Burundi barabafise.
    Ntimusamazwe nivyo, kora akazi uko mwahora canke murushirizeho mpaka bo nyene bigaruye bakabona ko bidakunda. Gufatira umuntu ibihano ngo yagwanije imigumuko, kubera yatabaye abasirikare bagenziwe mu gihe amakambi ya Gisirikare yaratewe kuwa 11 na 12 Kigarama 2015, nukuri nico twarahiriye. N’ubu ni basubire barabe, nta terabwoba ririmwo ariko muze mureka tuvugana ukuri, uwuzoja mwibarabara kubera ananiwe no guharura ibiringo vy’Umukuru w’Igihugu, uwuzotera ama kambi atazanye ibigwanisho ngo abitora i ndani nkahumengo ruritaha nubu umuti na wa wundi, nukumuturitsa gushika abasigaye batekanye, bamenye kubana na bagenzi babo kandi bagendera ku mategeko bahabwa n’abaserukira abenegihugu.
    Ivyo vyo kudukanga navyo ngo bafashe Sinduhije birabaraba, nibamugumye twebwe ntawe dukeneye cane tuzotegana nuko ahonyoza ikirenge ngaha mu Gihugu c’Uburundi, abo nabo bamubitse nuko batazi imyibutsa y’ikirundi ngo uwubitse ikara mu mushambara niwe riturira ubwambere, nibamubike bazobona ko atari umuntu babitse kuko natwe twamuhaye vyinshi yarabirenzeko aratudurumbanya kandi yarahejeje kunya aho atema.
    Harambe SE Mubambangwe n’Abarundi b’Umutima.

    #1692

    Ariko se ni ibiki Koko? ” Ariko ni kuki abatarakoze
    ibyaha bagomba gusaba imbabazi?? Ni bande bashoje intambara? Muri Byumba abicaga abagore batwite babanje gusatura inda ye ngo barebe niba atwite umuhungu ni bande?? Bo basabye imbabazi imiryango y’abo biciye bene ako kageni?? Abaturage bo muri Byumba baheze mu gihirahiro guhera 1990 gukomezaa FPR inkotanyi yasabye imbabazi? Impunzi-nzirakarengane batikirije i Kibeho mu nkambi FPR inkotanyi yasabye imbabazi?? Abasenyeri n’Abihayimana bose biciwe i Gakurazo( Abasenyeri banze guhunga , ngo ntibasiga abo bashinzwe kuyobora ngo bazapfana nabo, Mgr Phocas bakamuta mu rwobo ari muzima, j’ en suis témoin) FPR inkotanyi yasabye imbabazi Kiriziya Gatolica??
    Yewe ibibi FPR inkotanyi yakoreye abanyarwanda kandi na n’ubu igikora ntawabirangiza, kandi ntabwo yigeze isaba imbabazi !!! Pas question FPR inkotanyi nihagarare, ubogome bwayo burarengutse, ndetse Kagame wabo, ari nawe ubibategeka akwiye gushyikirizwa ubucamanza!
    Ariko ni kuki arebeshwa amaso gusa?! Habuze abantu bamushyikiriza ubucamanza???? Murarushaho gutinda nawe akarushaho kumara inzirakarengane, ndavuga Abatutsi n’Abahutu! Mugire icyo mubivugaho! Murakoze!

    #1694

    We have to appreciate at how Kagame treats his generals, sorry I mean his house boys. We all remember the Kigali drama when “general” Karenzi Karake was arrested in London. Since his arrival in Rwanda, the poor “general” was ordered to never report at his NSS office. As he landed in Kigali from London, his passport was confiscated at the airport by Col Silas Udahemuka on orders from Paul kagame. When he got home, he found his military aids removed – withdrawn from him and his official car taken back by NSS operatives.

    Now, the poor general is on unofficial “Gatebe” and added to the unemployed souls of Kigali. The general is now living under a stringent and constant surveillance by DMI operatives. In this world, what goes around comes around.

    According to Kagame, the general’s supposed sin and crime, is to talk to some elements within RNC. The general is living under constant fear, the lucky dip is that his wife is a distant relative to Paul Kagame.

    #1696

    Ubuyobozi bw’Akarere ka Muhanga n’abafatanyabikorwa b’aka karere batangaza ko abana barenga ibihumbi bine bataye ishuri, bamwe muri bo bagahitamo gusiga imiryango yabo bakajya mu mihanda.

    Mu nama yahuje ubuyobozi bw’Akarere ka Muhanga n’abafatanyabikorwa mu iterambere ry’aka karere, hagaragajwe ko isuzuma ryakozwe ryagaragaje ko hari abana ibihumbi bine na mirongo itandatu na bane bataye amashuri, bamwe ababyeyi babo bakaba batazi aho baherereye.

    Karamira Prudence, umukozi mu kigo cy’imbonezamubano n’iterambere (Bureau Social du Dévelopement), avuga ko hari igenzura baherutse gukora muri aka karere bagasanga hari abana barenga ibihumbi bine bataye amashuri.

    Meya Béatrice Uwamariya (Ibumoso) ntiyizeye neza imibare igaragaza abana bataye ishuri

    Karamira akavuga ko hakwiye kuba ubufatanye bw’inzego zitandukanye kugira ngo hakorwe irindi barura, bityo habashe kumenyekana abari mu miryango bataye amashuri, ndetse n’abo ababyeyi babo bavuga ko batazi aho baba baherereye.

    Sibomana Joseph, umwe mu bafatanyabikorwa b’Akarere, avuga ko kuba abana batagikubitwa akanyafu, biri mu bituma birara bakagera n’ubwo bata amashuri bumva ko nta gihano bazahabwa, kijyanye n’imyitwarire mibi baba bafite.

    Gusa akavuga ko na bamwe mu babyeyi batari shyashya, kuko barara barwana bityo abana babibona bagahitamo guhunga ababyeyi bumva ko kuguma mu muhanda bibarutira kuba mu rugo.

    Uwamariya Béatrice, Umuyobozi w’Akarere ka Muhanga, avuga ko iyi mibare y’abana bataye amashuri itakwizerwa ijana ku ijana, kubera ko hari igihe abasibiye cyangwa abahinduye ibigo nabo babarwa nk’aho bataye amashuri.

    Uyu muyobozi akomeza avuga ko umubare w’inzererezi ari wo udashobora guhinduka, kuko n’aho babarizwa mu miryango, batazi aho baba barerekeje.

    Yagize ati «Iki ni ikibazo inzego zose zikwiriye guhagurukira, kandi ntabwo kiri mu karere ka Muhanga gusa.»

    Mu mezi abiri ashize, ubuyobozi bw’Akarere ka Muhanga bwari bwagaragaje ko abana bataye ishuri barenga ibihumbi bibiri.

    #1698

    Nimwiyumvire kweli umuntu arondera ko yemerwa, abanje kumara abapfasoni n’abana bo mû miryango ibayabaye, batonze kw’ibombo ry’amazi, bariko bavoma. Abo rero ukabateramwo grenade mw’ijoro hatabona, kugira hapfemwo benshi, gurtyo uce ngo uba icamamare, mbere bishitse ugafatwa, ukaza wumva amaradiyo, ibihugu bimwe bimwe n’amashirahamwe mpuzamakungu bariko batera induru ngo kene uwo umuntu narekurwe atagisabwe. Mbega baba terroriste bamaze imisi batera Bruxelles, Paris,…. KO batabareka.
    Ahubwo igisagara gica gihagarara, kikaja muri état d’urgence.
    Iryo bara rihejeje kugwa ngaha mû ‪#‎Kamenge‬, ku ryari kabiri. Hakomeretse abatari Bâke, bajanywe kwa muganga.

    None mwumva rero ngo nabo bazize mandat ???

    #1699

    6 Juin 1903-6 Juin 2016: 113 ème anniversaire de la signature du Traité de Kiganda

    La signature du traité de Kiganda consacra la soumission du roi Mwezi Gisabo aux Allemands. Le Burundi venait de perdre son indépendance.
    Les clauses de ce traité étaient les suivantes:
    – Reconnaissance par le roi Mwezi Gisabo de la station allemande d’Usumbura
    – Acceptation par le roi Mwezi Gisabo de payer une amende de 424 têtes de bétail , de faire tracer la route reliant Usumbura et la mission catholique de Muyaga, d’accorder dans tout le pays le libre passage aux caravanes, de reconnaitre l’attribution de Bukeye à Kirima et de Muramvya à Maconco.
    -Reconnaissance par le résident Von Bering de Mwezi Gisabo comme roi du Burundi en lui promettant en même temps ” tout appui tant qu’il demeurera dans l’obéissance”.

    #1700

    Umyaka ijana irarangiye abakoloni ba Babiligi basesetse mu Burundi
    Mu mwaka 1916 niho Abakoloni b’Ababiligi baseseka mu Gihugu cacu bitwaje ijambo ry Umwami Leopold II . Ijambo ryuzuye akagaye n’agasuzuguro binyegeje inyuma y’Igitabo ceranda. 1929 Niho batanguza intwaro yabo yaranzwe ahanini n’amacakubiri atagira izina mu bonse rimwe. Ubugererwa n’ubugabire busasirwa indava maze abarundi baratandukanywa bisunze uko baremwe maze iyo ntwaro Mbiligi yigisha Abarundi gupima amazuru n’ibihimba bimwe vy’ umubiri kugira utandukanye Umuhutu n’Umututsi, uburebure , ubugufi maze bazana insiguro nshasha ‘’Umututsi’’(ijambo ryabayeho ubwambere 1929), Kera ababiligi batara ijambo Umututsi ntiryariho Interroger l’Histoire. Ababiligi bigishako ko abahutu badakwiye gutwara ko ari ibijuju ko bakwiye kurima maze bigisha abo bita abatutsi kunena Abahutu.
    – Sivyo gusa Abarundi bahembwa ikimoko aho bakubitwa bari gusa imbere y’abana n’abakazana bahorwa ubusa. Babambura agahuzu maze ishengero canke umuryango ukinje bakabakubita izasigaje igishegu kugira ute agaciro maze agateka kazina muntu kakanigirwa mu menshi.
    – Ababili burya uravye neza ntaco bafashije igihugu atari ukugisahura. Ntamwana w’Umurundi yarya irigi canke ngo afungure inkoko. Ivyo vyabikirwa umuzungu. Amai n’inkoko vyabikirwa abana b’abazungu abo abarundi bishwe na kwashi. Amatungo y’igihugu, ibijanye n’imico ndanga karanga vyose bijaniye iwabo.

    Umuntu yokwibaza ico abarundi bungutse

    – Ikintu cambere abarundi bungutse : Barize baramenya pe uravye kuva kuri Micombero gushika kuri Buyoya wa 3.
    – Igandagurwa ry’Umuganwa atari umugani RWAGASORE Louis hamwe n’umushikirangoma wa mbere NGENDANDUMWE ni ibimenyetso bidahara ku Babiligi
    – Igandagurwa ry’Umwami Charles NDIZEYE ni ikindi kimenyetso
    – Ihonyabwoko ry’abahutu ryabaye 1972-1973 ni ikimenyetso cerekana ko umugera w’amacakubiri Abakoloni ba Babiligi babivye mu Barundi ko wameze.
    – Ihonya bwenge ryakurikiye aho abanyeshure babatandukanya ku ndome I na U ni ikindi kimenyetso sindamusiga cerekana uruhare Ababiligi bashoboye kunyengetereza mu mitwe y uturwi tw inkorabara kugira ubwoko bw’abahutu buhonobere
    – Umugambi wokumara abazanye DEMOKARASI ntahandi wazananye atari mu Bubiligi
    – Shake Murabe nibi duhitiyemwo guhera kubateguye imigumuko, abategutye Coup d’Etat, abateguye ikiroberi co mugisagara, abahemba aba bicanyi babonye ko bibataye kuwa mazi bose baciye banyegezwa mu Bubiligi. Bose niyo bari. Vyerekana ko Ububiligi ari igihugu kibi cane camye gishaka guhonya no kwica abantu kugira bashike kuco bashaka.*

    Ariko nkuko tubona ko amacakuvbiri yahereye mu Bubiligi hagati yaba flamands na Ba Wallons aho barabana nk’inkoko n’akagomba, Abarundi dukwiye kuhakura icirwa kuko abazungu ntibadukunda nagato. Ikimenyamenya kuva 1929 -2014 imyaka 87 bavuga ko bafasha Uburundi none mu bona badufashije iki. Reta irakwiye kubadukurako bakatuvako. Uwutagira inasenge arisenga. Twabimenyeereye. Turiho kandi Tuzokwamaho.

    #1701

    Ngaho namwe mumbarire mu mushahara wa 300,000 ku kwezi mumbwire igihe umuntu azagurira ikibanza
    1. Ukimara kuyayora pasteur ahita yigisha kuri kimwe mw’icumi ugahita utanga 30,000 hagasigara 270,000
    2. Kujya ku kazi ukwezi kose amake hatabayeho gukererwa ngo ufate moto ku kwezi ni 10,000 hagasigara 260,000

    3. Kurya saa sita ku kazi 1000 buri munsi ubwo iminsi 26 y’akazi ni 26,000 hagasigara 234,000

    4. Nkumuntu uhembwa 300k uba mu kazu gaciriritse ka 50k ugahita wishyura hagasigara 184,000

    5. Umuriro wa 5000 hagasigara 179,000

    6. Ufite gf mugasohoka kabiri mu kwezi nutu gift tworoheje byose hamwe 50,000 ubwo hasigaye 129,000

    7. Muri uko kuzubara kose ukibagirwa kugura umuriro gitifu akahanyura itara ryo hanze ritaka ugacibwa 5000 hasigaye 124,000

    8. Umutekano ni 2000 hasigaye 122,000

    9. Wibuke ko ayo kurya twabaze aya saa sita gusa ubwo wenda ukiyoroshya ukarya 500 buri joro nubwo bigoye ku muntu uhembwa 300k ariko ntacyo ku kwezi ubwo ni 15000 hagasigara 107000

    10. Kujya gusenga 4 mu kwezi nkumuntu uhembwa 300k ugatura 2000 yose ubwo ni 8000 y’amaturo hagasigara 99,000

    11. Ikarita ya phone wenda ugashyiramo 200 buri murongo ubwo ni 600 ku munsi, 18000 ku kwezi hagasigara 81,000

    12. Papa wawe akaba araguhamagaye ngo mwana wa, twamenye ko uhembwa 300,000 ubu nta no kudusura koko? Kuki wirase? Ugahita upanga visite ticket aller na retour 10,000 hagasigara 71,000

    13. Ukabagurira agafuka k’umuceli ka 18,000 hagasigara 53,000

    14. Ukagurira mama wawe igitenge cya 10,000 hasigaye 43,000 wabasigira 10,000 hagasigara 33,000

    15. Isabune, amavuta yo kwisiga, udu parfum, colgate, nutundi utwo tuntu ni 20k ku kwezi hasigaye 13,000

    16. Ngaho namwe mu mbwire aya azavamo agapantaro? Agakweto? Bizagusaba gutegereza amezi ane ngo ubike 13,000*4= 52,000 ukaguramo agapantaro ka 10,000 Agakweto ka 20,000, agashati ka 5000

    Ngaho namwe mumbwire mwabonyemo aga fanta? Kwiyogoshesha se? Utundi tu affaire duto se?

    Ngaho mumbwire igihe uzagura ikibanza?

    #1702

    QUAND CNARED SE MOQUE DU MONDE
    Dimanche, il rend publique une étrange déclaration dans laquelle, il annonce sa participation au prochain dialogue inter-burundais prévu mi-juin mais récuse le secrétaire général de l’EAC Libérât Mfumukeko, A l’ouverture de mon compte Face Book mon cœur s’est mis a battre, j’ai essayé de méditer sur ce que signifie :”MILITER POUR UN ETAT DE DROITS”….Dimanche , une declaration, lundi matin, on saisit 200 kgs de cannabis de chanvre achetees sans doute par CNRED, le même jour dans l’après-midi ses terroristes qu’il a armés rappellent au monde qu’ils sont toujours a l’œuvre: Voila, ce que CNRED appelle MILITER POUR UN ETAT DE DROITS. Que c’est triste …pour des hommes qui se comportent comme des donneurs de leçons….Quel genre de dialogue veut CNRED puisqu’il continue a tuer des innocents? Que ces images soient envoyées aux Médiateurs, pour qu’ils comparent leurs discours et leurs actions.
    Bonne soirée a tous

    #1703

    Adjudant major Hicuburundi a été kidnappé samedi 4 juin 2016 à l’aéroport International de Bujumbura. Il rentrait d’une mission de maintien de la paix en Somalie. L’autre militaire, Adjudant Nzitonda a été enlevé vendredi 3 juin 2016 chez lui au quartier Mutakura. Sa femme qui fait partie des travailleurs civils militarisés venait elle aussi de rentrer d’une mission en Somalie le même vendredi. Adjudant major Hicuburundi et la dame de Nzitonda travaillaient dans le 31ème Bataillon de l’Amusom.
    Les familles de ces militaires enlevés ignorent encore où se trouvent les leurs et s’inquiètent pour leur sécurité. Elles pensent que les kidnappeurs voudraient obtenir des rançons mais affirment n’avoir déjà eu aucune information. Des sources à la FDN déclarent ne pas savoir pourquoi ces militaires ont été enlevés et affirment que des enquêtes ont déjà commencé pour identifier les kidnappeurs et retrouver ces militaires.

Viewing 10 posts - 11 through 20 (of 63 total)
  • You must be logged in to reply to this topic.