This topic contains 150 replies, has 1 voice, and was last updated by Paul Kagame Paul Kagame 2 years, 9 months ago.

Viewing 10 posts - 1 through 10 (of 151 total)
  • Author
    Posts
  • #1428
    The National Defense forces of the country of mwezi gisabo and ntare rushatsi cambarantama

    The National Defense forces of the country of mwezi gisabo and ntare rushatsi cambarantama

    This is explained by the fact that a new agenda has been imposed by bujumbura. Serious, the five would have accepted. The reason: all would come not to convince finally nkurunziza to engage in an inclusive dialogue, but to congratulate him, something regrettable because they would have been the day of his inauguration.

    Burundi Hope

    According to our source, the members of this delegation would each, his own interests to begin by the head of mission, which today is haunted by the diversion of the public treasury, a fund that would be used for the construction of a pool of his own , which funds he accepts his partial refund so that the file is in South African Justice. In the same angle, the other 4 OR EVEN 3, would be here for other purposes data instead of convincing on the merits of the deployment of the maprobu.

    Burundi Hope

    Faced with this situation outraged, the imposition of the agenda, one of the members of that delegation would have almost wanting to return to his country, in order not to share the responsibility and not hurt his good name. Anyway this gesture, shows that men with integrity and incorruptible still exist.

    #1433

    Emission ce Vendredi Soir 26/02/2016 à 18h (heure de Londres) sur Radio Ijwi Rya Rubanda.

    Thème:

    Qui cherche à tout prix à provoque  un génocide des Tutsi au Burundi? Pourquoi?

    Le 21/2/2016, le journal pro-gouvernemental rwandais “Igihe.com” publia un article intitulé “La face cachée de la communauté internationale” dans lequel il annonce que ‘Le génocide des Tutsi du Burundi arrive à sa phase critique’.

    Mensonges, insultes, incitation à la haine ethnique et apologie du ‘peuple Tutsi’ se succèdent dans cet article d’un extrêmisme provocateur incroyable.
    J’invite tout un chacun à lire attentivement cet article :

    http://fr.igihe.com/politique/la-face-cachee-de-la-communaute-internationale.html

    pour se faire une idée de la mentalité et des méthodes des extremistes Tutsi dans la région.

    Considérant la gravité des accusations contenues dans cet article publié par la presse du dictateur Rwandais Paul Kagame, Radio Ijwi Rya Rubanda organise à ce sujet une émission-débat en direct ce Vendredi 26/2/2016 à partir de 18h (heure de Londres).
    Vous êtes tous invités à partager vos idées et commentaires sur ce concept de ‘génocide des Tutsi du Burundi’.
    Rappelons que pour participer aux débats en direct sur Radio Ijwi Rya Rubanda, vous devez utiliser un de ces 3 moyens:
    – Skype: ijwiryarubanda
    – Téléphone fixe US: +1 330 303 4200
    – Téléphone fixe UK: +44 208

    By Simeon Musengimana.

    #1434

    Intumwa Zidasanzwe Za UA Kuva Ejo Zarahuriye Hamwe Kugira Ziganire Ku Vyerekeye Uburundi Inyuma Yaho Bari Bahejeje Kuganira N-impande Zitandukanye.Ku Ruhande Rw-abatavuga Rumwe Na Reta Bo Baramaze Kugaragaza Ko Ataco Biteze Kuri Izo Ntumwa.Charles Nditije Inyuma Y-umubonano N-abanyamigambwe Avuga Ko Izo Ntumwa Zazanywe No Kugumiza Petero Nkurunziza Ku Butegetsi Kuko Jacob Zuma Yoba Atashize Ku Rutonde Rw-ivyigwa Ibijanye N-ikiringo Ca Gatatu Kandi Ko Yasavye Abatavuga Rumwe N-ubutegetsi Kwubahiriza Ingingo Yafashwe Na Sentare Yubahiriza Ibwirizwa Shingiro,ingingo Yarekurira Petero Nkurunziza Kwitoza,akavuga Ariko Ko Bavuze Ko Ibiganiro Bihuza Bose Ariyo Nzira Yo Gutorera Umuti Ibibazo Biri Mu Burundi Ariko Hakaba Hatavuzwe Isango Ivyo Biganiro Vyoberako.,Tubamenyeshe Ko Ali Bongo Odimba Prezida Wa Gabon Aza Yarasubiye Inyuma.

    #1435

    IKOTI RYA LEONCE NGENDAKUMANA RYATEYE ABANTU AMAKENGA!
    IGIHE LEONCE NGENDAKUMANA COKIMWE NABANDI BANYEPOLITIKE BATATU ,ABONANA NUMUNYAMABANGA MUKURU WA ONU, Yaje yambaye ikoti gushika nubu atawuzi iyo ryakorewe!
    Naho biruko,bamwe bemeza ko ariryo harazwe na Ndadaye Melchior mu 1993 agitorwa kuba umukuru wigihugu, abandi bakavuga ko ari amakoti agezweho! Weho wibaza iki kuriryo koti? Riramubereye canke yakemesheje abayoboke biwe?

    #1437

    Mohamed Ould Abdel Aziz Prezida Wa Mauritanie Araye Mu Gisagara Ca Bujumbura,akaba Yakiriwe Na Mugenzi We Petero Nkurunziza.

    #1439

    ama Grenade 2 Yatewe Mu Buyenzi Yakomerekeje Abantu Bataramenyekana.Mu Gipolisi C- Uburundi Bavuga Ko Ababikora Bariko Bereka Abashitsi Ko Ata Mahoro Ariho Mu Burundi Nkuko Vyemejwe N-abaheruka Gufatwa Bahungabanya Umutekano.Mu Gihe Ban Ki Moon Yari Mu Rugendo I Bujumbura,Hatewe Ama Grenade 12 Ahitana Abantu 2,abandi Batari Bake Barakomereka.

    #1440

    Intumwa Zidasanzwe Za UA Kuva Ejo Zarahuriye Hamwe Kugira Ziganire Ku Vyerekeye Uburundi Inyuma Yaho Bari Bahejeje Kuganira N-impande Zitandukanye.Ku Ruhande Rw-abatavuga Rumwe Na Reta Bo Baramaze Kugaragaza Ko Ataco Biteze Kuri Izo Ntumwa.Charles Nditije Inyuma Y-umubonano N-abanyamigambwe Avuga Ko Izo Ntumwa Zazanywe No Kugumiza Petero Nkurunziza Ku Butegetsi Kuko Jacob Zuma Yoba Atashize Ku Rutonde Rw-ivyigwa Ibijanye N-ikiringo Ca Gatatu Kandi Ko Yasavye Abatavuga Rumwe N-ubutegetsi Kwubahiriza Ingingo Yafashwe Na Sentare Yubahiriza Ibwirizwa Shingiro,ingingo Yarekurira Petero Nkurunziza Kwitoza,akavuga Ariko Ko Bavuze Ko Ibiganiro Bihuza Bose Ariyo Nzira Yo Gutorera Umuti Ibibazo Biri Mu Burundi Ariko Hakaba Hatavuzwe Isango Ivyo Biganiro Vyoberako.,Tubamenyeshe Ko Ali Bongo Odimba Prezida Wa Gabon Aza Yarasubiye Inyuma.

    #1441

    Umukuru W-igihugu Petero Nkurunziza Yamenyesheje Ko Hagiye Kurekurwa Abapfungiwe Ivya Politike Bagera Ku 2000.Inyuma Y-umubonano Na Ban Ki Moon,abo Bategetsi Bompi Batanze Ikiganiro Ku Bamenyeshamakuru.Umukuru W-igihugu Yamenyesheje Ko Abapfungiwe Ivya Politike 2000 Bagiye Kurekurwa Kandi Hategurwe Ibiganiro Bidakumira.Yamenyesheko Kandi Ko Bagiye Kwitaho Gukingira Abanyagihugu No Kugwanya Imigwi Y-iterabwoba.Ban Ki Moon Yamenyesheje Ko Yanezerejwe N-ingingo Zafashwe N-umukuru W-igihugu Kandi Ko Gufuta Imitahe Mpuzamakungu Ari Ikimenyetso Ciza C-uko Umukuru W-igihu Yipfuza Gutora Umuti W-ibibazo Uburundi Burimwo..Tubamenyeshe Kandi Ko Petero Nkurunziza Yamenyesheje Ban Ki Moon Ko Urwanda Rubaniye Nabi Uburundi,aca Amusaba Ko ONU Yorukebura.

    #1442

    Sometimes to be a pastor its hard task hehehe!!

    #1444

    UBUZIMA BUCA UMUNTU INTEGE

    Muriki gitondo ndabagezaho ubuhamya bwamwene data ufite ikibazo yaburiye igisubuzo. Buriwese nusoma iyinkuru ugire umusanzu wigitekerezo ciza utanga. Uzaba ukoze cyane.

    Nitwa Joseph ntuye Kampala , navukiye mumuryango wababyeyi bakijijwe nanje nkura ndumu kristo kugeza nanubu mbabwira. Gusa nahuye nikibazo kirenze kwakira mubuzima. Nabuze ico nakora. Ndiyunamiriye nabuze igisubizo , nasenze incuro ninshi ntagisubizo mbona. Nimumfashe.

    Muriri yinga rishize nibwo nashatse umugore , nakoze ubukwe bwiza numva ninshimiye kandi natekereza ga ko n’Imana biyishimishije. Nasezeranye muburyo bwamategeko nomuburyo bwikanisa, abakozi b’Imana badusabiye umugisha, umubyeyi wanje ariwe mama doreko ariwe nsigaranye yarishimye cyane. Gusa byananiye kumubwiza ukuri. Sinigeze mubuzima bwanje nkora icaha cubusambanyi nshingiye kumagambo ya Papa na maman yanyigishije ansaba kuzitwara neza, ndubaha ndabikora kugeza nshatse. Ndimo kwibaza ngwese ibi bibazo nagize nabitewe niki? Nimana irimo ingerageza? Nisatani wanteye? Nimunfashe.

    Maze gushaka muriyinga, nkibisanzwe nasohokanye numukunzi wanje aho twagombaga kumara iminsi itatu , gusa iyo yose nayikuyemo intambara idasanzwe. Ubwo twagombaga kubana nkumugore numugabo, umukunzi wanje yarambwiye ngo ararwaye nimwihanganire, ndabyakira iminsi itatu ishize, mubazako yakize nawe ati nakize ariko unyihanganire mfiteikibazo nzakubwira ejo nakane.

    Narihanganye nkuko natekerejeko afite impamvu ze bwite. Nakane kageze, mubajije araturika ararira , mubaza ikimuteye kurira, aransubiza ati mbabarira. Sinabasha kubyumva , musaba kumbwira ikibaye, namarira menshi ati

    “Joseph nzineza ko unkunda, kandi unyizera, gusa narakubeshe ukundeba naranduye SIDA. Byananiye kukwanduza ntayindi ndwara ndwaye. Sinabashije kubyumva, gusa yaneretse ikaratasi yokwamuganga iyo yipimishirijeho, bagasanga yanduye. Agira ati izindi zose nasabaga abaganga nkabaha frw menshi. Ariko nziko urumwizerwa, nakugerageje kera nkaza kurara iwawe , ugafata umwanya wogusenga, ngataha nkubuze. Ndagusabako twatandukana”.

    Nyuma yibyo byose nibajije ico nakora ndakibura, ndasenga mbura igisubizo, nja kwa Pastor kumugisha inama nawe ati genda mubane nikigeragezo wahawe. Natinye kubibwira mama nkuko yokwiheba cane.

    None bavandimwe nimungire inama . Ntandukane nawe?
    Ngumana nawe nkuko pastor yambwiye? Nkoriki?

Viewing 10 posts - 1 through 10 (of 151 total)

You must be logged in to reply to this topic.